Masterland - Sabwe (Official Music Video)

  • "Sabwe" is a brand new music video released by Masterland;
    Which is on his coming L.P (album)"EGO".The story behind that song is about to hear the call of God and to answer yes.
    It is about an experience of a life journey with God.
    STAFF
    - Executive Production:Master Muzik Records
    - Video filmed and directed by:John Elarts(Bantu Bwoy Ent)
    - Assistant director:Masterland
    - Mixing and Mastering:Masterland(Master Muzik Records)
    - Guitars:Lil Evry
    - Vocalist:Arselo Twins,Lydia & Eloi
    - Location:Bujumbura-Burundi
    - Styling:Top Star shop
    - Make up:Eliane
    - Classic dancers:BKM
    - Choir(dummies):Jeunes du chemin neuf(Burundi)
    - Logistic team: Paulin, Bakary Wasafi,Lil-Evry,Delphine Buzingo,Diella, Master Muzik Team.
    OFFICIAL LYRICS
    INTRO:
    Oooh, ooh, oooh .(x2)
    1st VERSE:
    Mana nkomeza ibiganza, mbashe kugukorera.
    Nzibura amatwi, mbashe kukwumvira.
    Ngororera ijwi, mbashe kukuririmbira.
    Nyugurura umunwa, nshobore kugutazira.
    Nkomerez'ibirenge, ntambuke ntahindukira.
    Mpumura amaso, mbashe kubona Ivy'unkorera.
    HOOK :
    Ntekerera impamba simfatwe n'inzara,
    Mvomerera amazi mw'isôko ryawe ridahera,
    Simfatwe n'inyota, Mana nyobora.
    CHORRUS:
    Sabwe, Sabwe Mana yanje ndarengutse.
    Sabwe, Sabwe ngenz'ukushaka ndatahutse.
    Ngend'ukw'ugomba, ngenz'ukw'ushaka Mwami.
    Ngend'ukw'ugomba Mana yanje ndarengutse.
    Oooh oooh (x2)
    2nd VERSE:
    Wambwiye kw'ibiganza vyawe, vyama biramburuye.
    Kw'aho nzotahira hose, nzosanga wuguruye.
    Y'uko wagumye undindiriye ngo ntahuke mb'aho wangeneye.
    None doré ndagarutse, ibiganza ndamanitse.
    Ivyo nadaditse ndarekuye, undonse ivyo we ubona nkwiriye.
    HOOK :
    Ntekerera impamba simfatwe n'inzara, aah
    Mvomerera amazi mw'isôko ryawe ridahera,
    simfatwe n' inyota, Mana nyobora
    CHORRUS:
    Sabwe, Sabwe Mana yanje ndarengutse.
    Sabwe, Sabwe ngenz'ukushaka ndatahutse.
    Ngend'ukw'ugomba, ngenz'ukw'ushaka Mwami.
    Ngend'ukw'ugomba Mana yanje ndarengutse.
    .
    BRIDGE:
    Mu mwiza murikira, unyereke inzira, iyoo
    Simbe nkitinya kuko ungwanirira,
    Ukantsindira intambara,
    CHORRUS:
    Sabwe, Sabwe Mana yanje ndarengutse.
    Sabwe, Sabwe ngenz'ukushaka ndatahutse.
    Ngend'ukw'ugomba, ngenz'ukw'ushaka Mwami.
    Ngend'ukw'ugomba Mana yanje ndarengutse. (x2)

    Category : Burundian Videos

    #Masterland#Sabwe#Burundi

    0 Comments and 0 replies
arrow_drop_up