Big Fizzo - Ni wewe (Official Video)

  • fficial Music Audio/Video of "NiWewe" performed by Big Fizzo.
    Video Director: John Elarts
    Prod. by Big Bass, Imani, Big Fizzo.
    Audio and Video by Bantu Bwoy Entertainment 2018
    Location: Bujumbura, BURUNDI
    Ni Wewe Lyrics
    Ntakindi kintu canzinduye
    Atari we gusa nishimiye
    Mumutima, umubabaro wuzuye
    Urukundo rwawe rwanteye
    Ndakubona nkata umutwe
    Nkumva nomera amababa nguruke
    Muri jewe urukundo rwabize
    Mbwira ijambo rimwe nduhuke
    Ch/Ni wewe,
    ni wewe wama mumutima wanje
    Ni wewe
    ni wewe nashize muri ntibate
    Ni wewe
    ntuwundi nkunda atari wewe
    Ni wewe
    je ntawundi mbona atari wewe
    Kenshi iyo twegeranye
    saga ndi kuvuga ibitajanye
    Nkasanga ntwenga ibidatwengeje
    Nkumva amasoni iyumbonye
    Ntiwigera umbaza narimwe uko merewe
    Kubera unyihweje uramenya ikimbakiye
    Kuvyigumizamwo nukuri vyananiye
    Mpisemwo kubivuga ngo ubimenye
    Muri jewe urukundo rwabize
    Mbwira ijambo rimwe nduhuke
    Ch/
    Uno musi nahisemwo kwimenera ibanga
    Ngo ndirimbe ikindaje ishinga
    Bimenyekane hose mumashinga
    Ko ari wewe undaza itiro
    Ch/

    Category : Burundian Videos

    #Big Fizzo#Ni wewe#Burundi

    0 Comments and 0 replies
arrow_drop_up